Matayo 4:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Umugeragezi aza kuri we, ati Ni waba ur’ Umwana w’Imana, bgira aya mabuye acike imitsima. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe3 Umugeragezi aca aramwegera, amubwira ati: “Niwaba uri Umwana w’Imana, bwira aya mabuye ahinduke imikate.” Gade chapit la |