Matayo 26:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 ati Murazi yukw imisi ibiri ni yashira, hazoba Pasika, kand’ Umwana w’umuntu azotangwa abambge. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe2 “Nk’uko musanzwe mubizi, Umusi Mukuru wa Pasika, ugiye kuba mu misi ibiri: Umwana w’Umuntu azofatwa atangwe kugira ngo abambwe.” Gade chapit la |