Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 1:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Asa yavyaye Yehoshafati, Yehoshafati yavyaye Yoramu, Yoramu yavyaye Uziya,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Asa yavyaye Yehoshafati, Yehoshafati yavyaye Yehoramu, Yehoramu yavyaye Uziya,

Gade chapit la Kopi




Matayo 1:8
12 Referans Kwoze  

uwa Yehoshafati ni Yoramu, uwa Yoramu ni Ahaziya, uwa Ahaziya ni Yowasi;


Maze Yehoshafati ahamvya ba sekuruza, ahambga hamwe na bo ku murwa wa Dawidi; maz’ umuhungu wiwe Yehoramu asubira ku ngoma yiwe.


Maz’ abantu bose bahitana Uziya baramwimika, bamusubiza ku ngoma ya se Amaziya; Uziya yar’ amaze imyaka cumi n’itandatu.


Mu mwaka ugira gatanu Yoramu mwene Ahabu umwami w’Abisirayeli, ari ku ngoma, ni ho Yehoramu mwene Yehoshafati umwami w’Abayuda, yaja ku ngoma i Buyuda.


Mu mwaka ugira icumi n’ umunani Yehoshafati umwami w’Abayuda ari ku ngoma, ni ho Yehoramu mwene Ahabu yima mu Bisirayeli, amara imyaka cumi n’ibiri ari ku ngoma i Samariya.


Nuko Asa ahamvya ba sekuruza, ahambga hamwe na bo ku murwa wa sekuruza Dawidi; maz’ umuhungu wiwe Yehoshafati asubira ku ngoma yiwe.


Salomo yavyaye Rehobowamu, Rehobowamu yavyaye Abiya, Abiya yavyaye Asa,


Uziya yavyaye Yotamu, Yotamu yavyaye Ahazi, Ahazi yavyaye Hezekiya,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite