Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Herode aravuga, ati Yohana ni jewe namwiciriye izosi; mbeg’ uwo ni nde, numvakw ibimeze birtyo? Arondera uko yomubona.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Ariko Herode aravuga ati: “Ko Yohana ari jewe namuciye umutwe, uwo we numva ni nde?” Ni ko guca arondera ingene yomubona.

Gade chapit la Kopi




Luka 9:9
3 Referans Kwoze  

Herode abonye Yesu aranezerwa cane, kuko yahereye kera yifuza kumurāba, kuko yahora yumva ivyiwe, kandi yaziga ko yobona ikimenyetso yokora.


Na Herode n’uko, kuko yamudushubije: kandi rāba nta co yakoze gikwiye kumwicisha.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite