Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 abandi bati Ni Eliya yiseruye; abandi bati N’umwe mu bāvugishwa n’Imana ba kera yazutse.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 abandi bakavuga ngo Eliya yabiyeretse, abandi na bo bakibaza ngo ni umwe mu bavugishwa n’Imana ba kera yazutse mu bapfuye.

Gade chapit la Kopi




Luka 9:8
6 Referans Kwoze  

Baramubaza, bati None se bimeze bite? Uri Eliya? Ati Sindi we. Bat’ Uri wa muntu avugishwa n’Imana? At’ Oya.


Baramwishura, bati Bagira ng’ uri Yohana Umubatizi; abandi ng’ uri Eliya; abandi ng’ ur’ umwe mu bāvugishwa n’Imana ba kera yazutse.


Baramwishura, bati Bagira ng’ uri Yohana Umubatizi, abandi ng’ uri Eliya, abandi ng’ ur’ umwe mu bavugishwa n’Imana.


Arikw abandi baravuga, bati Ni Eliya; abandi bati N’umuntu avugishwa n’Imana, nka ba bandi bāvugishwa na yo.


Abigishwa baramubaza, bati None rero n’iki gituma abanyabgenge b’ivyanditswe bavuga yuko Eliya akwiye kubanza kuza?


Na bo bati Bamwe bagira ng’ uri Yohana Umubatizi, abandi ng’ uri Eliya, abandi ng’ uri Yeremiya cank’ umwe mu bavugishwa n’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite