Luka 9:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)43 Bose batangazwa n’icubahiro gihambaye c’Imana. Ariko bose bagitangarira ivyo yakoze vyose, abarira abigishwa biwe, Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe43 Abari ngaho bose batangazwa cane n’ububasha bukomeye bw’Imana. Bagitangajwe n’ivyo yari ahejeje gukora, Yesu abwira abigishwa biwe ati: Gade chapit la |