Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 arababarira, ati Ntimugire ico mujana ku nzira, ar’inkoni cank’ isaho, cank’ impamba, cank’ amahera: kandi ntimugire amapfundo abiri.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Arababarira ati: “Ntihagire ikintu na kimwe mujana ku rugendo, yaba inkoni, umufuko, ivyokurya, amahera, canke impuzu yo gukuranya.

Gade chapit la Kopi




Luka 9:3
12 Referans Kwoze  

Kand’ arababaza, ati Hamwe nabatuma mudafise umupfuko w’amahera cank’ isaho cank’ inkweto, har’ ico mwabuze? Baramwishura, bati Nta co twabuze.


Wizigire Uhoraho, ukore ivyiza, Guma mu gihugu, ushishikare ivy’ ukuri.


Nta musoda yikwegera mu vy’ubu bugingo, ngw az’ ahimbare uwamwandikiye ubusoda.


Abgira abigishwa biwe, ati Ni co gitumye ndababarira, nti Ntimukaganyire amagara yanyu ku vyo muzorya, cank’ umubiri wanyu ku vyo muzokwambara.


Arabishura, at’ Ūfise amapfundo abiri, rimwe n’arihe ūtarifise, n’ūfise ivyo kurya n’agire artyo.


Non’ Imana ko yambika ivyatsi vyo ku misozi irtyo, birih’ uyu musi, ariko nk’ejo bigatererwa mu ziko, mbega ntizorushiriza kubambika, mwebge ab’ ukwizera guke mwe?


Lewi amurondereza izimano ryinshi mu nzu yiwe: kandi hār’ abantu benshi b’abatozakori n’abandi bicaranye na bo basangira.


Ahamagara bamwe cumi na babiri, atangura kubatuma babiri-babiri, abaha ububasha ku mpwemu zihumanye.


Kand’ inzu yose muzokwinjiramwo, abe ari yo mugumamwo, kugeza aho muzovira aho hantu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite