Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Abgira bose, at’ Umuntu ni yagomba kunkurikira, ni yiyanke, yikorere umusaraba wiwe uko bukeye, ankurikire.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Yongera kubabwirira bose hamwe ati: “Uwugomba kunkurikira, ni yihebe, yikorere umusaraba wiwe ku musi ku musi, ankurikire.

Gade chapit la Kopi




Luka 9:23
11 Referans Kwoze  

Kuko namba mwitondera ivy’ akameremere kanyu, ntimuzobura gupfa: ariko ni mwica ivy’ umubiri ukora, muvyicisha impwemu, muzobaho.


Nuko mwice ingingo zanyu ziri mw isi, ubushakanyi, ibihumanya, ukwifuza kw’umubiri, ukwifuza kubi kwose, no kwifuza ivy’ abandi, ni kwo gusenga ibigirwamana;


butwigisha kwikunkumura ukutubaha Imana n’ukwifuza ivy’ isi, bukatwigisha kwama tudahugumba, tugororoka, twubaha Imana, mu gihe ca none,


Mber’ abagomba bose kugenda bubaha Imana bari muri Kristo Yesu, bazohamwa.


Nuko tuve mur’ izo nsago, tumusange inyuma yazo, twiremētse ugucokorwa kwiwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite