Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:51 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

51 Ashitse ku nzu, ntiyagira uwundi muntu akundira kwinjirana na we, atari Petero na Yohana na Yakobo, na se wa nya mukobga na nyina.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

51 Ashitse mu nzu kwa Yayiro ntiyemera ko hagira umuntu n’umwe binjirana, kiretse Petero, Yohana, na Yakobo, hamwe na se na nyina b’uwo mwana.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:51
13 Referans Kwoze  

Hanyuma y’ayo majambo, hashize imisi nka munani, ajana Petero na Yohana na Yakobo, adūga igisozi, aja gusenga.


Ajana Petero na Yakobo na Yohana, atangura kwumirwa no guhagarika umutima cane.


Ntazoyogora, ntazosemerera, kandi ntazokwumvikanisha ijwi mu nzira.


Petero arabataramura bose, arapfukama, arasenga; maz’ ahindukirira umuvyimba, ati Tabita, vyuka. Arakanura; maz’ abonye Petero, aravyuka, aricara.


Simoni, uwo yise Petero, na Andereya mwene nyina, na Yakobo, na Yohana, na Filipo, na Barutolomayo,


Nuko yinjiye, yiyugarana wenyene n’uwo muvyimba, araheza asenga Uhoraho.


Maze Yesu avyumvise aramubgira, ati Ntutinye, wizere gusa, arakira.


Asanga bamuririra bose, bīshishitira. Arababarira, ati Nta co murira, ntahwereye, arikw arasinziriye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite