Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 at’ Umubivyi yasohoye imbuto ziwe; akibiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, barazikandagira, inyoni zo mu kirēre zirazinobagura.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 “Habaye umurimyi yagiye kubiba imbuto ziwe. Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, abantu barazihonyanga, inyoni zo mu kirere na zo zirazinobagura.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:5
15 Referans Kwoze  

Ni co gituma dukwiye kurushiriza kwitwaririka ivyo twumvise, kugira ngo ntidutwarwe akayombekere tukabivako.


Ab’i ruhande y’inzira, ah’ iryo jambo ribibga, iyo bahejeje kwumva, Satani aca aza uwo mwanya, akabakūramw’ iryo jambo ryabibge muri bo.


Ibisīga vy’amērwe ngo bigwe kur’ iyo mivyimba, Aburamu akabigurura.


Na we arabishura, at’ Ūbiba imbuto nziza n’Umwana w’umuntu.


Mur’ umunyu w’isi. Arik’ umunyu, iy’ ushize uburyohe, uba ukiryoshwa n’iki? Nta co uba ukimaze atar’ ugutabga hanze ugakandagirwa n’abantu.


Wakēngereye abahushagirika bose bakava mu vyo washinze: Kuk’ ubugunge bgabo ata co bubamariye.


Ishengero ryinshi rirakorana, kand’ abāvuye mu bisagara vyose baza kuri we, abacira umugani,


Izindi zigwa ku rutare, zihejeje kumera zirūma, kuko zibuze ahabomvye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite