Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Abāziragira babibonye barahunga, babivuga mu gisagara no mu misozi.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Abari baragiye izo ngurube babibonye baca bariruka, baja kubivuga mu gisagara no mu mihana.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:34
6 Referans Kwoze  

Abāziragira barahunga, babivuga mu gisagara no mu misozi: na bo baza kurāba ibibaye ivy’ ari vyo.


Bakigenda, bamwe muri ba barinzi baja mu gisagara, babgira abaherezi bakuru ivyabaye vyose.


Abāziragira barahunga; bashitse mu gisagara bavuga ivyo babonye vyose n’ivy’ abāri binjiwemwo n’abadayimoni.


Abadayimoni basokoroka mur’ uno muntu, binjira muri nya ngurube, umukuku wirukira ku gatembge, zīsuka mu kiyaga, amazi araziniga.


Na bo bavayo, baza kurāba ivyābaye, bashika aho Yesu ari, basanga wa muntu yavuwemwo n’abadayimoni, yicaye i ruhande y’ibirenge vya Yesu, yambaye, ubgenge bgāgarutse; baratinya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite