Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Maze nyina na bene nyina baza ah’ ari, ntibāshobora kumushikīra kubg’ ishengero.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Nyina wa Yesu na bene nyina baje kumuraba babura aho baca ngo bamushikire kuko hari abantu benshi cane.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:19
4 Referans Kwoze  

Ab’i wabo bavyumvise barasohoka ngo baje kumufata, kuko bāgira ngo Yasaze.


Baramubgira, bat’ Umuvyeyi wawe na barumuna bawe bahagaze hanze bagomba kubonana nawe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite