Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 7:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Simoni aramwishura, ati Ngira ngo n’uwo yahebeye nyinshi. Na we aramubgira, at’ Uvuze ukuri.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

43 Simoni na we arishura ati: “Nibaza ko ari uwo yahebewe menshi.” Yesu aca amubwira ati: “Wishuye neza.”

Gade chapit la Kopi




Luka 7:43
10 Referans Kwoze  

Maze bariko baragenda bashika mu mihana: umugore yitwa Marita aramwākīra amushikiza mu nzu yiwe.


Iki ni co gitumye nkubgira yukw ahariwe vya vyaha vyiwe vyinshi; kuko yagize urukundo rwinshi: arik’ ūhariwe bike agira urukundo ruke.


Yesu abonye amwishuranye ubgenge, aramubgira, ati Nturi kure y’ubgami bg’Imana. Ntihāgira ūsubira kwubahuka kugira ico amubaza.


Shebuja w’uyo muntu amugirira akagongwe, aramurekura, amuhebera wa mwenda amufitiye.


Maze badafise ico kumwishura, azibahebera bompi. Mbeg’ ūzorushiriza kumukunda n’uwuhe?


Ahindukiriye wa mugore, abgira Simoni, at’ Urabona uyu mugore? Ninjiye mu nzu yawe, ntiwampa amazi yo kwoga ibirenge: arik’ uyu antonyangirije amosozi ku birenge, abihanaguza umushatsi wiwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite