Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 7:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Na bo bashitse aho Yesu ari, baramwinginga cane, bati Birabereye k’umugirira urtyo,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Bashitse aho Yesu ari, baramwinginga bashimitse bati: “Uwu muntu birakwiye ko umufasha,

Gade chapit la Kopi




Luka 7:4
9 Referans Kwoze  

Arik’ ufise amazina makeya y’ab’ i Sarudi batanduje impuzu zabo; ni bo bazogendana nanje bambaye impuzu zera, kuko bibabereye.


nya nzu ni yaba ibereye, amahoro yanyu azoyizako. Ni yaba itabereye, amahoro yanyu azobagarukako.


arikw abemerewe gushika muri ya si yindi no kuzuka mu bapfuye ntibarongora kandi ntibashingirwa;


Igisagara cose cank’ imihana muzoshikamwo, muhabaze ūbereye, mumurārire gushitsa aho muzovirayo.


Yumvise inkuru ya Yesu, amutumakw abashingantahe b’Abayuda kumwinginga, ngw aze gukiza umushumba wiwe.


kukw akunda ubgoko bgacu, n’isinagogi yacu ni we yayitwubakiye.


Yar’ umuntu yubaha Imana akayitinyana n’abo mu nzu yiwe bose, yagirira abantu ubuntu bginshi, agasenga Imana ubudasība.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite