Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 7:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Yohana abigishwa biwe bamudondera ivyo vyose.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Maze abigishwa ba Yohana Umubatizi baragenda bamubwira ivyo Yesu ariko arakora vyose. Aca ahamagara babiri muri bo,

Gade chapit la Kopi




Luka 7:18
3 Referans Kwoze  

Baza aho Yohana ari, baramubgira, bati Mwigisha, uwo mwari kumwe hakurya ya Yorodani, umwe washingira intahe, erega na we arikw arabatiza, kandi bose baza kuri we.


Abigishwa biwe baraza, bajana ikiziga, baragihamba, maze baja kubikira Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite