Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 7:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Hashize igihe gitoya, aja mu gisagara citwa Nayini: abigishwa biwe n’ishengero ryinshi bajana na we.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Inyuma y’ivyo Yesu aca amanuka mu gisagara citwa Nayini, ari kumwe n’abigishwa hamwe n’isinzi ry’abantu bamukurikiye.

Gade chapit la Kopi




Luka 7:11
3 Referans Kwoze  

rivuga ivya Yesu Umunyanazareti, ingen’ Imana yamusutseko Mpwemu Yera n’ubushobozi, akagenda agirira abantu neza, agakiza abo bose wa Murwanizi atwaza amanyama, kukw Imana yari kumwe na we.


Abātumwe basubiye mu nzu, basanga wa mushumba akomeye.


Ashitse hafi y’irembo ry’igisagara, hasokoroka abajanye umuvyimba kuwuhamba, ariko yar’ ikinege, kandi nyina yar’ umupfakazi: abantu benshi bo mur’ ico gisagara bari kumwe na we.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite