Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 6:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Yesu arababgira, ati Ndababaze: mbeg’ ivyemerwa n’ugukora ivyiza kw isabato, canke n’ugukora ibibi; gukiza umuntu, canke kumwica?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Maze Yesu arababaza ati: “Mbega ni igiki cemewe gukorwa ku musi w’Isabato? Gukora iciza canke gukora ikibi? Gukiza ubuzima bw’umuntu, canke kubwica?”

Gade chapit la Kopi




Luka 6:9
7 Referans Kwoze  

Yesu abaza abigisha ivyagezwe n’Abafarisayo, ati Mbega biremerwa gukiza umuntu kw isabato, canke ntivyemerwa?


Arababaza, ati Mbeg’ ivyemerwa n’ugukora ivyiza kw isabato canke n’ugukora ibibi? Gukiza umuntu canke kumwica? Barihorera.


Nuko baja mu yindi mihana.


Na we amenya ivyo biyumvira; abarira uwo muntu anyunyutse ukuboko, ati Va hasi, uhagarare hagati. Ava hasi, arahagarara.


Abēraguzamw’ amaso bose, aramubarira, ati Ramvura ukuboko kwawe. Arabigira, ukuboko kwiwe kurakira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite