Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 6:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Igiti cose kimenyekanira ku vyo camye: nta bokwamura insukoni ku munyinya, cank’ inzabibu ku mukēre.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Igiti cose kimenyekanira ku vyamwa vyaco. Nta wokwamura inzabibu ku bisaka vy’amahwa, nk’uko ata wokwamura insukoni ku mitobotobo.

Gade chapit la Kopi




Luka 6:44
7 Referans Kwoze  

Bene Data, mbeg’ umusukoni woshobora kwama elayo, cank’ umuzabibu wokwama insukoni? Ni kw amazi y’umunyu adashobora kuvamw’ ayaryoshe.


Ni mube muvuga igiti kw ari ciza n’ivyo camye kw ari vyiza, canke mube muvuga igiti kw ari kibi n’ivyo camye kw ari bibi; kukw igiti kimenyekanira ku vyo camye.


Abo n’ivyubirizi mw isangira ryanyu ry’urukundo, iyo basangira namwe ivyiza; n’abungere bīragira ubgabo ata dusoni: n’ibicu bitagira amazi, bikubebga hose n’umuyaga; n’ibiti birumvye bitāma, vyapfuye kabiri, vyaranduranywe n’imizi;


Muzobamenyera ku vyo bama. Mbega har’ uwokwamura inzabibu ku munyinya, cank’ insukoni ku bitovu?


Nuko muzobamenyera ku vyo bama.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite