Luka 6:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Bamwe mu Bafarisayo barababaza, bati N’iki gitumye mukora ikizira gukorwa kw isabato? Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe2 Bamwe mu Bafarisayo baramubaza bati: “Ni kuki mukora ikizira ku musi w’Isabato?” Gade chapit la |