Luka 6:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Abēraguzamw’ amaso bose, aramubarira, ati Ramvura ukuboko kwawe. Arabigira, ukuboko kwiwe kurakira. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe10 Nuko Yesu arabitegereza bose, maze abwira wa muntu ati: “Gorora ukuboko kwawe!” Akugoroye, guca kurakira. Gade chapit la |