Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 5:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kukw atangaye, n’abāri kumwe na we bose, babonye ifi barovye.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Ivyo Petero yabivuze kubera we n’abo bari kumwe bari batangajwe cane n’ubwinshi bw’ifi bari bahejeje kuroba.

Gade chapit la Kopi




Luka 5:9
8 Referans Kwoze  

batangazwa n’inyigisho ziwe, kukw ijambo ryiwe ryari n’ububasha.


Ntiyar’ azi ico akwiye kuvuga, kuko bari baguye igihūmura.


N’ibiguruka mu kirēre, n’ifi zo mu kiyaga, N’ikintu cose gica mu nzira zo mu biyaga.


Bose baratangara, barabazanya, bat’ Iryo n’ijambo ki? N’ububasha n’ubushobozi agera impwemu zihumanye zigasohoka.


Wamuhaye kuganza ibikorwa vy’amaboko yawe, Wamuhaye gutwara ibintu vyose, ubishira musi y’ibirenge vyiwe:


Ariko Simoni Petero abibonye yikubita imbere y’amavi ya Yesu, ati Va aho ndi, Mugenzi, kuko nd’ umunyavyaha.


Na Yakobo na Yohana bene Zebedayo na bo baratangara, bari bafatanije na Simoni. Yesu abgira Simoni, ati Nta co utinya, uhereye none uzoroba abantu.


Abavyumvise bose batangazwa n’ivyo ba bungere bababgiye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite