Luka 5:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ariko Simoni Petero abibonye yikubita imbere y’amavi ya Yesu, ati Va aho ndi, Mugenzi, kuko nd’ umunyavyaha. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe8 Simoni Petero abibonye, apfukama imbere ya Yesu, amubwira ati: “Mwami, igira kure yanje kuko ndi umunyavyaha!” Gade chapit la |