Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 5:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Bākura abagenzi babo bāri mu bundi bgato, ngo baze babafashe: baraza, buzuza amato yompi, agomba kudobera.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Baca bahamagara bagenzi babo bari mu bundi bwato ngo baze babafashe, maze buzuza ubwato bwabo bwompi gushika aho butangura kwibira.

Gade chapit la Kopi




Luka 5:7
9 Referans Kwoze  

Kandi nawe, ndakwinginga, uwo dufatanije igikorwa vy’ukuri, wame ufasha abo bagore, kuko bārwananye nanje mu kurwanira ubutumwa bgiza, bo na Kilementi n’abandi bāfatanya nanje, amazina yabo yanditswe mu gitabo c’ubugingo.


Mwākīrane imitwaro, mushikane murtyo ivyagezwe na Kristo.


Avayo, aja i Taruso kurondera Sauli,


Ūcuditse na benshi aba yizaniye guhenebera, Ariko har’ umukunzi yimatanya n’umuntu kurusha ūvukana na we.


Kandi hagize ūbona indogoba y’ūmwanka ifyāritswe n’umutwaro, ntapfe kumurengana, akwiye kumufasha kuyiremurura.


Basiga abantu hano, bamujana mu bgato yahozemwo, kand’ ayandi mato yari kumwe na bo.


Babigize, baroba ifi nyinshi cane, insenga zabo zigomba gucika.


Ariko Simoni Petero abibonye yikubita imbere y’amavi ya Yesu, ati Va aho ndi, Mugenzi, kuko nd’ umunyavyaha.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite