Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 5:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Atambukira mu bgato bumwe, bgar’ ubga Simoni, aramusaba ngw abgigizeyo buve ku nkombe gatoya: aricara, yigisha ishengero, ari mu bgato.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Nuko yinjira muri bumwe; ubwo na bwo bwari ubwa Simoni, amusaba ngo abwigize mu mazi kure y’isi gato, na we abwicaramwo, atangura kwigisha abantu.

Gade chapit la Kopi




Luka 5:3
8 Referans Kwoze  

Aciye i ruhande y’ikiyaga c’i Galilaya, abona abavukana babiri, Simoni yitwa Petero, na Andereya mwene nyina, bariko baraterera urusenga mu kiyaga, kuko bār’ abarovyi.


Mu gaturuturu asubira mu rusengero, abantu bose baza ah’ ari, aricara arabigisha.


Abarira abigishwa biwe ngo bagumishe ubgato butoya hafi kubg’ ishengero, ngo ntirimubānde.


Kuko yakijije benshi, ni co catumye abāri bafise ivyago bose bamuhenukirako, ngo bamukoreko.


Abona amato abiri aziritswe ku nkombe y’ikiyaga, arikw abarovyi bāri bayavuyemwo, boza insenga.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite