Luka 5:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Maze Yesu, amenye ivyo bibūranya, arababaza, ati Mwibūranya ibiki mu mitima yanyu? Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe22 Yesu aca aramenya ivyo bariko bariyumvira, maze arababaza ati: “Ni kuki muriko mwiyumvira gutyo mu mitima yanyu? Gade chapit la |