Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Amujana i Yerusalemu, amuhagarika mu gatwe k’urusengero, aramubgira, ati Ni waba ur’ Umwana w’Imana, ikororere hasi,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Nuko wa mubi amujana i Yerusalemu, amuhagarika ku rusengero ahantu hataramutse, amubwira ati: “Niwaba uri Umwana w’Imana, niwikororere hasi,

Gade chapit la Kopi




Luka 4:9
7 Referans Kwoze  

Umurwanizi aramubgira, ati Ni waba ur’ Umwana w’Imana, bgira iri buye ricike umutsima.


yerekanywe kw ar’ Umwana w’Imana mu buryo bga Mpwemu Yera, ukuzuka kwiwe kwavyerekanishije ubushobozi, ni we Yesu Kristo Umwami wacu.


Barasemerera, bati Duhuriye hehe ga Mwana w’Imana? Uje hano kutubabaza agashinyaguro igihe cacu kitarashika?


Uhoraho yishura Satani, at’ Eh’ ari mu kuboko kwawe; kimwe gusa, uzigurize ubugingo bgiwe.


Urubaraza rw’ imbere y’iyo ngoro, uburebure bgarwo bg’amakika bgar’ amatambge mirongwibiri, nk’uk’ ubgaguke bg’iyo ngoro bgangana; uburebure bgarwo bg’igihagararo bgar’ ijana na mirongwibiri; imbere kuri rwo ahomekakw izahabu iramuye.


kuko vyanditswe, ngw Azokuragiza abamarayika biwe, ngo bakuzigame:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite