Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 yamara Eliya ntiyatumwa kuri n’umwe muri bo, arikw atumwa i Zarefati mu gihugu c’i Sidoni ku mugore w’umupfakazi.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Ariko Eliya ntiyarungitswe ku mupfakazi n’umwe muri bo, atari ku mupfakazi w’i Zerafati mu ntara ya Sidoni.

Gade chapit la Kopi




Luka 4:26
3 Referans Kwoze  

At’ Uzobona ibara, Korazini; uzobona ibara, Betsayida; kukw ibikomeye vyakorewe muri mwebge iyo biba vyarakorewe muri Tiro n’i Sidoni, baba barihannye kera, bakambara amagunira, bakīsīga iminyota.


Kand’ abo mur’ izo ngabo z’Abisirayeli bāgiye mu Banyakanani ar’ inyagano, bazokwegukira igihugu gushitsa i Zarefati: n’ ab’ i Yerusalemu bājanywe ar’ inyagano, bar’ i Sefaradi, bazokwegukira ibisagara vy’i bumanuko.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite