Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Atangura kubabgira, at’ Ivyo vyanditswe birashitse uyu musi, nk’ukw amatwi yanyu yiyumviye.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 aca atangura kubabwira ati: “Uwu musi ibi Vyanditswe mwumvise birashitse.”

Gade chapit la Kopi




Luka 4:21
9 Referans Kwoze  

Arikw ivyo Imana yavugiye mu kanwa k’abāvugishwa na yo bose bitaribgabe, yuko Kristo wayo azobabazwa, ivyo yabishikije irtyo.


Kand’ ivyo uwavugishwa n’Imana Yesaya yavuze, bibashitseko, ngo Kwumva muzokwumva, ariko ntimuzoruha mubitahura; Kurāba muzorāba, ariko ntimuzoruha muvyihweza.


Mwebge murasesa mu vyanditswe, kuko mugira ngo muri vyo ni ho mufise ubugingo budashira, kand’ ari vyo binshingira intahe,


Azinga igitabo, agisubiza umusanzi w’inzu, aricara; abantu bose bāri mw isinagogi bamuhanga amaso.


Bose baramushima, batangazwa n’amajambo y’igikundiro avuye mu kanwa kiwe, bati Mbeg’ uyu si we mwene Yosefu?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite