Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 3:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Umwonga wose uzokwuzuzwa, N’umusozi wose n’akarambi bizoringanizwa, Ibigoramye bizogororoka, N’inzira z’ubukiru zizosenwa,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Imyonga yose izokwuzuzwa iringanire, imisozi n’udutumba vyose bizosenwa. Amabarabara atagororotse azogororwa, n’inzira zisivye zizosiburwa, ziringanizwe.

Gade chapit la Kopi




Luka 3:5
11 Referans Kwoze  

Nzozana impumyi mu nzira zitazi, ndazirōngōre mu ndari zitari zizi, nzohindura umwiza ube umuco imbere yazo, n’ahagoramye nzohagorora. Ivyo nzobishitsa, sinzobaheba.


Umwonga wose uzokwuzuzwa, n’umusozi wose n’akarambi bizoringanizwa; ahār’ udutumba hazotega, uduhogoro ducike ikiyaya.


Imisozi yanje yose nzoyihindura inzira, n’amarango yanje nzoyashira hejuru.


nti Nzoja imbere yawe, kand’ ahar’ uduhogoro nzohasena; nzomenagura inzugi z’imiringa, nzovunagura ibihindizo vy’ivyuma:


Maz’ ibiti vyose vyo mw ishamba bizomenya yuko jewe Uhoraho nacishije bugufi igiti kirekire, nshira hejuru igiti kigufi, numishije igiti gitotahaye, ntotahaza igiti cumye: jewe Uhoraho narabivuze, ndabishitsa.


Ariko, mwene Data w’umufafara ni yirate kw ashizwe hejuru,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite