Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 3:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 nk’uko vyanditswe mu gitabo c’amajambo y’uwavugishwa n’Imana Yesaya, ngw Ijwi ry’ūsemererera mu bugaragwa, Ati Ni mutegure inzira y’Uhoraho, Mugorore iz’ ibihamo ziwe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ivyo vyari vyaranditswe mu gitabu c’amajambo y’uwavugishwa n’Imana Yesaya, aho yavuga ati: “Hari ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa ati: ‘Nimutegurire Uhoraho aho aca, mugorore inzira agenderamwo!

Gade chapit la Kopi




Luka 3:4
12 Referans Kwoze  

Ati Nd’ ijwi ry’ūsemererera mu bugaragwa, ati Ni mugorore inzira y’Uhoraho, nk’uk’ uwavugishwa n’Imana Yesaya yavuze.


uwo yazanywe no kuba igishingantahe, ngw ashingire intahe umuco, kugira ngo bose bizere kubgiwe.


Uyo ni we yavuzwe na Yesaya yavugishwa n’Imana, at’ Ijwi ry’ūsemererera mu bugaragwa, Ati Ni mutegure inzira y’Uhoraho, Mugorore iz’ ibihamo ziwe.


Uwo ni we gisāngānya azosāngānya imitima ya ba se n’iy’ abana; kugira ngo noye kuzoza ngatera isi umuvumo.


Ni murenge, ni murenge amarembo; mutunganirize abantu inzira; muharure, muharure inzira y’iroro, muyikūremw’ amabuye; mushingire amoko ibendera.


Ijwi ry’ūsemererera mu bugaragwa, Ati Ni mutegure inzira y’Uhoraho, Mugorore iz’ ibihamo ziwe.


Kand’ azovuga, ati Ni muharure, ni muharure, mutunganye inzira, mukūre ibitsitaza mu nzira y’abantu banje.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite