Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Aja mu gihugu cose giherereye kuri Yorodani, yigisha abantu ukubatizwa kwo kwihana ngo bakūrwekw ivyaha:

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Nuko Yohana aja mu turere twose two hakurya no hakuno y’uruzi Yorodani, yigisha abantu umubatizo wo kwihana ngo babone guharirwa ivyaha vyabo.

Gade chapit la Kopi




Luka 3:3
12 Referans Kwoze  

Kumenyesha abantu biwe agakiza, Kw ar’ uguharirwa ivyaha vyabo,


Non’ ikigutevya n’iki? Va hasi, ubatizwe, wiyuhagire ivyaha vyawe, wambaze izina ryiwe.


Paulo ati Yohana yabatije umubatizo wo kwihana, abarira abantu ko bakwiye kwizera ūzoza hanyuma yiwe, ni Yesu.


Ataraza, Yohana yari yigishije ubgoko bgose bg’Abisirayeli ukubatizwa kwo kwihana.


Baza aho Yohana ari, baramubgira, bati Mwigisha, uwo mwari kumwe hakurya ya Yorodani, umwe washingira intahe, erega na we arikw arabatiza, kandi bose baza kuri we.


N’ukuri jeho ndababatiza mu mazi ngo mwihane; arik’ ūzoza hanyuma yanje andusha ubushobozi, ntibimbereye no kumutwaza inkweto. Uyo azobabatiza muri Mpwemu Yera no mu muriro.


Ivyo vyabereye i Betaniya, hakurya ya Yorodani aho Yohana yabatiriza.


kand’ azosanganya benshi bo mu Bisirayeli n’Umwami Imana yabo.


Yesu yuzuzwa Mpwemu Yera, ava kuri Yorodani, agendagendeshwa mu bugaragwa na Mpwemu, amaray’ imisi mirongwine,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite