3 binjirayo ntibāsangamw’ ikiziga c’Umwami Yesu.
3 hanyuma barinjira, ariko ikiziga c’Umwami Yesu ntibakibona.
babuze ikiziga ciwe, baraza batubarira yukw abamarayika babiyeretse bavuga yukw ariho.
Abigishwa bafata hakurya, bāri bibagiye gutekera imitsima.
Umwami Yesu amubonye amutera akagongwe, aramubarira, ati Nta co urira.
Basanga ikibuye gitembagajwe kivuye ku mva;
Nuko mur’ abo bagabo twahora tugendana igihe cose Umwami Yesu yar’ akiri muri twebge amaja n’amaza,