Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:53 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

53 Arakibambūra, akizingira mu mpuzu yera, agishira mu mva yimbge mu bitandara, itarahambgamw’ umuntu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

53 Hanyuma akimanura ku musaraba, akizingira mu gitambara cera, aca agishira mu mva nshasha yimbwe mu gitandara, itari bwigere ihambwamwo umuntu na rimwe.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:53
7 Referans Kwoze  

Agura impuzu yera, arakibambūra akizingira mur’ ino mpuzu, agishira mu mva yimbge mu bitandara, atembagaza ikibuye acugaza umuryango w’imva.


Bāgeze kw ahambga hamwe n’abanyavyaha, asangira imva n’umutunzi mu gupfa kwiwe; nah’ ata kibi yakoze, kand’ ata guhemana kwari mu kanwa kiwe.


Uyo aja kuri Pilato, asaba ikiziga ca Yesu.


War’ umusi wo Kwitegura, isabato igira ishike.


Kand’ aho hantu yabambge hār’ itongo; kandi mur’ iryo tongo hār’ imva nsha itarahambgamw’ umuntu;


Bamaze gushitsa ivyo yandikiwe vyose, bamumanura ku giti, bamushira mu mva.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite