Luka 23:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Tweho turishuye, kuko tugiriwe ibihwanye n’ivyo twākoze: arik’ uyu nta kibi yakoze. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe41 Twebwe twahaniwe ikiri ukuri, kuko turiko twishura ibihwanye n’ivyo twakoze. Ariko uwu we nta kibi na kimwe yakoze.” Gade chapit la |