Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Pilato aramubaza, ati Ni wewe Mwami w’Abayuda? Na we aramwishura, at’ Urarivuze.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Pilato aca abaza Yesu ati: “Woba uri umwami w’Abayuda?” Yesu aramwishura ati: “Uvuze ukuri.”

Gade chapit la Kopi




Luka 23:3
14 Referans Kwoze  

Ndakubgiririza mu nyonga z’Imana ibeshaho vyose, no mu za Kristo Yesu yashingishije intahe ukwatura kwiza imbere ya Pontiyo Pilato,


Natanayeli na we aramwishura, ati Mwigisha, ur’ Umwana w’Imana, ni wewe Mwami w’Abisirayeli.


Bose baramubaza, bati None rer’ ur’ Umwana w’Imana? Arabishura, ati Murarivuze ko ndi we.


Pilato aramubaza, ati Ni wewe Mwami w’Abayuda? Na we aramwishura, at’ Urarivuze.


Baramwēgēra, bati Ndagize bgakeye, Mwami w’Abayuda. Maze baramubīngūra.


Hejuru yiwe kandi hār’ icandiko canditswe, ng’ UYU N’UMWAMI W’ABAYUDA.


Kristo Umwami w’Abisirayeli ni yimanure ku musaraba ubu nyene, tubibone twizere. N’abāri babambanywe na we na bo baramutuka.


batangura kumuramutsa, bati Ndagize bgakeye, Mwami w’Abayuda.


Ariko Yesu yar’ ahagaze mu maso ya ca cēgēra ca Kayisari; ico cēgēra kiramubaza, kiti Ni wewe Mwami w’Abayuda? Yesu aramwishura, at’ Urarivuze.


Kubg’ ivyo Pilato arasohoka aja aho bari, arababaza, at’ Ikirego mufise kur’ uyu muntu n’igiki?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite