Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Na Herode n’uko, kuko yamudushubije: kandi rāba nta co yakoze gikwiye kumwicisha.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Ndetse na Herode nta co yamwagirije kuko mwiboneye ko yamudusubije. Nta co yakoze cotuma yicwa.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:15
3 Referans Kwoze  

Maze ba bakuru n’abaganwa baherako barondera urwitwazo rw’ ico borega Daniyeli ku vy’igihugu; ariko bamuburak’ urwitwazo na rumwe cank’ igitiriganye; kuko yar’ umwizigirwa, ntabonekekw amafuti cank’ igitiriganye na kimwe.


Herode aravuga, ati Yohana ni jewe namwiciriye izosi; mbeg’ uwo ni nde, numvakw ibimeze birtyo? Arondera uko yomubona.


Mur’ ico gihe umwami Herode yumva inkuru za Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite