Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 22:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Umusi w’imitsima itambiwe urashika, uwo bakwiye kubāgak’ umwagazi w’intama wa Pasika.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Maze Umusi Mukuru w’Imikate Itarimwo Umwambiro urashika, kandi kuri uwo musi bategerezwa gutanga ikimazi c’umwagazi w’intama wa Pasika.

Gade chapit la Kopi




Luka 22:7
7 Referans Kwoze  

Mu kwezi kwa mbere, ku musi wakwo ugira icumi na kane, ku mugoroba, abe ari ho mutangura kurya imitsima itambiwe, gushitsa ku musi wakwo wa mirongwibiri na rimwe ku mugoroba nyene.


Nuko ni mukūreh’ umwambiro wa kera, kugira ngo mube irobe risha, nk’uko mutarimw’ umwambiro. Kuk’ umwagazi w’intama wa Pasika wacu watanzwe kw ikimazi, ari we Kristo.


Imisi mikuru y’imitsima itambiwe, yitwa Pasika, yagira ishike.


Muze muwurorereze umusi ugira icumi na kane w’uku kwezi nyene; ikoraniro ryose ry’Abisirayeli baze bakerere imyagazi yabo ku mugoroba.


Na we aremera, arondera uburyo bgo kumubaronkera, ishengero ritariho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite