Luka 22:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Aragenda, aja inama n’abaherezi bakuru n’abakuru b’abashibamyi b’urusengero, y’uburyo bgo kumubaronkera. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe4 na we aca aja kwumvikana n’abakuru b’abaherezi hamwe n’abakuru b’abarinzi b’urusengero ingene yobashikiriza Yesu. Gade chapit la |