Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 22:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Ndababgire, Sinzokwongera kuyiryako, kugeza ah’ izoshikira mu bgami bg’Imana.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Kuko ndabamenyesheje ko ntazosubira kurya iyindi, kugeza insiguro yayo ishikijwe mu Bwami bw’Imana.”

Gade chapit la Kopi




Luka 22:16
11 Referans Kwoze  

Umumarayika arambarira, at’ Andika, uti Hahirwa abatorewe gutaha ubukwe bga wa Mwagazi. Kand’ arambarira, at’ Ayo n’amajambo y’ukuri y’Imana.


Maz’ umwe mu bicaranye na we avyumvise, aramubgira, ati Hahirwa ūzorīra mu bgami bg’Imana.


ngo muze murīre, munywere ku meza yanje mu bgami bganje: kandi muzokwicara ku ntebe z’icubahiro, mucire imanza imiryango y’Abisirayeli, ukw ar’icumi n’ibiri.


s’imbere y’abantu bose, arikw imbere y’ivyabona vyatoranijwe n’Imana ivyo bitarabaho, ni twebge, abāsangira na we, turya kandi tunywa, amaze kuzuka mu bapfuye.


Ntimukorere ivyo kurya biyoka, ariko mukorere ivyo kurya bihoraho bizana ubugingo budashira, ni vyo Umwana w’umuntu azobaha, kukw ari we Imana Data yashizekw ikimenyetso.


Hahirwa abo bashumba, abo shebuja azoza agasanga bari maso: ndababgire ukuri: Azokenyera, abicarike, aze, abagaburire.


Arababgira, ati Kwifuza nifuje cane gusangira namwe ivy’ iyi Pasika, ntarababazwa.


kuko mbabgira yuk’ uhereye none ntazokwongera kunywa ku nzabibu, kugeza ah’ ubgami bg’Imana buzozira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite