Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 21:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Arababgira, ati Ndababgire ukuri, Uyu mupfakazi w’umworo ashikanye ibirengeye ivy’ abandi bose:

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Aca avuga ati: “Ndababwire ukuri, uwu mupfakazi w’umukene atanze vyinshi kurusha abandi bose.

Gade chapit la Kopi




Luka 21:3
13 Referans Kwoze  

Kukw iyo har’ umutima ukunze, wemerwa ku vy’umuntu afise, si ku vy’ adafise.


Petero yanzika kuvuga, ati N’ukuri ni ho nkimenya yukw Imana itarobanura abantu ku butoni,


Kandi vy’ukuri mur’ iki gisagara, Herode, bo na Pontiyo Pilato hamwe n’abanyamahanga n’imiryango ya Isirayeli, bākoraniye kurwanya Umushumba wawe yera Yesu, uwo warobanuje amavuta,


Ndababgira ukuri yukw azomuha kugaba ivy’ afise vyose.


Ariko ndababgire ukuri: Mur’ aba bahagaze hano, harimwo bamwe batazobona urupfu gushitsa aho bazobonera ubgami bg’Imana.


Ariko ndababgire ukuri, Hārih’ abapfakazi benshi mu Bisirayeli mu gihe ca Eliya, hamwe ijuru ryakingwa, imvura igatara imyaka itatu n’amezi atandatu, ikigoyi cinshi kigatera mu gihugu cose;


Abona umupfakazi w’umworo ateramw’ amasenge abiri.


kukw abo bose batereye mu mashikanwa ku bibasāgutse, ariko we ku bgoro bgiwe ashikanye ibimutunze vyose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite