Luka 21:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 kand’ abantu bazogwishwa igihūmura n’ubgoba no kwitega ibigira bibe mw isi; kukw ivy’ inkomezi vyo mw ijuru bizonyiganyizwa. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe26 Imitima y’abantu izohagarara bishwe n’ubwoba, babonye ibigira bishike kw’isi, kuko ivy’inkomezi biri mu kirere bizonyiganyizwa. Gade chapit la |