Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Ariko bībgiye yukw ari mw igugu ry’abo bagendanye, bagenda urugendo rw’umusi wose, maze bamurondera mu ncuti no mu bo bazinanyi:

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Nuko bamara umusi wose bagenda, bibaza ko umwana yoba ari mu bandi bari bafatanije urugendo. Mu nyuma batangura kumuronderera mu ncuti n’abagenzi.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:44
6 Referans Kwoze  

Amoko menshi azojayo, abarirane, ati Ni muze tudūge, tuje ku murwa w’Uhoraho, ku ngoro y’Imana ya Yakobo, kugira ngw itwigishe ivy’ inzira zayo, natwe tuzigenderemwo; kukw i Siyoni ari ho hazova ivyagezwe, n’i Yerusalemu hakava ijambo ry’Uhoraho.


Ibi ndavyibuka, umutima ukantunturira mu nda, Ingene najana n’ishengero, mbajana mu ngoro y’Imana, Tugendana ijwi ry’akanyamuneza n’ishimwe, tur’ ikoraniro rigize umusi mukuru.


Banonosoye ivy’ iyo misi, barahindukira, uwo muhungu Yesu asigara i Yerusalemu, abavyeyi biwe ntibābimenya.


bamubuze basubira i Yerusalemu bamurondera.


Abazinanyi na Yesu bose n’abagore bāri bavanye i Galilaya na we bāri bahagaze kure barāba ivyo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite