Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Bose baja kwiyandikisha, umuntu wese aja mu gisagara cabo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Nuko abantu bose baja mu bisagara bavukiyemwo kwisansumisha.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:3
5 Referans Kwoze  

Mur’ iyo misi icagezwe kiva kwa Kayisari Augusito, ngw abo mw isi bose bandikwe.


Ukwo ni kwo kwandikwa kwa mbere kwabayeho Kureniyo akir’ icēgēra ca Kayisari i Siriya.


Yosefu na we ava i Galilaya mu gisagara c’i Nazareti, aja i Yudaya mu gisagara ca Dawidi, citwa Betelehemu, kuko yakomotse mu nzu ya Dawidi mu muryango wiwe:


aja kwiyandikishanya na Mariya uwo yakoye, yar’ akuriwe.


Nuko Efuroni yari yicaye hagati mu Baheti: Efuroni Umuheti abarira Aburahamu, Abaheti bumva, bo n’abariko baraca mw irembo ry’igisagara cabo bose,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite