Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Ariko Mariya abīka ayo majambo yose, ayiyumvira mu mutima wiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Ariko Mariya we, yaguma azigama ayo majambo yose mu mutima wiwe, akayiyumvirako cane.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:19
10 Referans Kwoze  

Amanukana na bo, aja i Nazareti, yama abumvira. Nyina abīka ayo majambo yose mu mutima wiwe.


Abavyumvise bose babishira mu mitima yabo, bati Mbe non’ uyo mwana azoba umuntu ki? Kuk’ ukuboko kw’Umwami Imana kwari kumwe na we.


Kandi data yaranyigishije, arambarira, At’ Umutima wawe ugumye amajambo yanje; Witondere amabgirizwa yanje, ubone kubaho:


Ayo magambo atuma Dawidi ahagarika umutima, agirira Akishi umwami w’i Gati ubgoba bginshi.


Ni nde azi ubgenge? N’atahure ivyo! Ni nde w’umuhanga? N’abimenye! Kukw inzira z’ Uhoraho ar’ iziroranye, kand’ abagororotsi ni bo bazozigendamwo; arikw abacumura bazozigwamwo.


Bene se bamugirira ishari, ariko se azigama ayo majambo mu mutima wiwe.


Nabītse ijambo ryawe mu mutima wanje Ngo noye kugucumurako.


Ayo majambo agarukiye aho. Ariko jewe Daniyeli ivyiyumviro vyanje bimpagarika umutima, mu maso hanje harahindurira; arikw ayo majambo ndayabīka mu mutima wanje.


Abavyumvise bose batangazwa n’ivyo ba bungere bababgiye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite