Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Bagenda banyaruka, babona Mariya na Yosefu n’uruyoya rubīkiriwe mu bgato bg’inka.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Baca bagenda bihuta, basangaho Mariya na Yosefu, n’umwana aryamye mu bwato inka ziriramwo.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:16
8 Referans Kwoze  

Abātumwe baragenda, babisanga uko yabibabgiye.


Iki ni co kimenyamenya canyu, murasanga umwana w’uruyoya azingiriwekw impuzu y’uruyoya, aryamitswe mu bgato bg’inka.


Avyara umuhungu w’uburiza, amuzingirakw impuzu y’uruyoya, amuryamika mu bgato bg’inka, kuko bāri babuze umwanya mu ndāro.


Baragenda, babisanga uko yabibabariye: bategura ivya Pasika.


Mur’ iyo misi Mariya arikora, agenda yihuta, aja mu mugamba mu gisagara c’i Yudaya,


Ikintu cose ukuboko kwawe kwerekeje gukora ugikorane inkomezi zawe; kukw ata gikorwa cank’ inama cank’ ukumenya cank’ ubgenge i kuzimu ah’ urāriye kuja.


Ba bamarayika bahejeje kuva aho bari, basubiye mw ijuru, nya bungere baravugana, bati Ngo rero tuje i Betelehemu, turābe ico kintu cabayeyo, ico Umwami Imana atumenyesheje.


Babibonye bababarira ijambo bābgiwe kur’ uwo mwana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite