Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Kukw imisi izokuzako, ah’ abansi bawe bazokurundira ikirundo c’ivu kigukikije, na bo ubgabo bakagukikiza, bakakwugariza impande zose,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

43 Kuko igihe kizogushikako, aho abansi bawe bazokwubaka ibirindiro impande zawe zose, bagukikuze, bagusugereze impande zose.

Gade chapit la Kopi




Luka 19:43
15 Referans Kwoze  

Abakobga bawe bari mu misozi azobaririkisha inkota: kand’ azokwubaka ibihome vyo kugutera, akurundire ibigunguzi vyo kwuririrako, kand’ azokugwako yitwaje inkinzo.


maz’ ukiziguze, wubake ibihome vyo kuhatera, ukirundire ibigunguzi vyo kwūririrako, ugisagazeko n’ insago, ugikikizeko hirya no hino ibiti vy’imigogo vyo kugihomvora.


Uti Ni co gitumye Uhoraho avuga ivy’ umwami w’i Ashuri, ati Ntazoruha agera mur’ iki gisagara, canke ngw aharase n’umwampi, canke ngw ahatumbereze n’inkinzo, canke ngw aharunde ikirundo co kwūririrako.


Uwo mwami araraka, agomora ingabo ziwe, ahonnya abo bicanyi, ayigiza igisagara cabo.


hābaye igisagara gitoya kirimw’ abantu bake; maze haza umwami ahambaye aragitera, arakiziguza, akirundira ibigunguzi binini bigikikije:


at’ Uyu musi iy’ umenya ivy’ amahoro! Ariko none bihishijwe amaso yawe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite