Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Bakiriko barumva ivyo, avyongerak’ umugani, kuko yari hafi y’i Yerusalemu, kandi kuko biyumvira yuk’ ubgami bg’Imana bugira buboneke uwo mwanya;

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Bakiriko baramwumviriza, Yesu arabandanya abacira umugani, kuko yari yegereje gushika i Yerusalemu, kandi ico gihe abantu bibaza ko Ubwami bw’Imana buca bushika ubwo nyene.

Gade chapit la Kopi




Luka 19:11
4 Referans Kwoze  

Abafarisayo bamubajije igihe ubgami bg’Imana buzozira, arabishura, at’ Ubgami bg’Imana ntibuzoza bgerekanwa,


Nuko bakoranye, baramubaza, bati Mwami, iki gihe ni co ugira ugarukane ingoma y’Abisirayeli?


Maz’ imisi yiwe yo kudūzwa mw ijuru igira ishike, yerekeza i Yerusalemu amaramaje kujayo,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite