Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ndababgira yukw izorubacira vuba. Arik’ Umwana w’umuntu ni yaza, mbeg’ azosanga ukwizera mw isi?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Ndababwire ukuri, izokwihuta kubatunganiriza. Ariko none, aho Umwana w’Umuntu azogarukira, azosanga ukwizera kw’isi?”

Gade chapit la Kopi




Luka 18:8
13 Referans Kwoze  

Imana iri hagati muri wo, ntuzonyiganyizwa; Imana izowutabara mu mutwenzi w’amacāca.


Kand’ ukwifuza inyungu kwabo kuzobatera kwunguka kuri mwebge, bababgiye amagambo y’amaremano: gucirwakw iteka kwabo uhereye kera ntiguteba, no guhona kwabo ntiguhunyiza.


Kuko hazokwaduka abīgira Kristo n’abīgira abavugishwa n’Imana, bagakora ibimenyetso bihambaye n’ibitangaza, kugira ngo bazimize n’abātoranijwe ni vyashoboka.


Abantu benshi bakunda kwirata, umuntu wese akirata ukugira neza kwiwe, Non’ umwizigirwa ni nde yomubona?


N’iki gituma uvuga, yewe Yakobo, ukiganyira, yewe Isirayeli, ut’ Inzira yanje inyegejwe Uhoraho, kand’ ut’ Ivyanje Imana yanje iravyirengagiza?


Yesu aramubgira, at’ Imbgebge ziri n’imyobo, n’ibiguruka mu kirēre biri n’ivyari; arik’ Umwana w’umuntu we ntagira ah’ arambika umusaya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite