Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Kand’ Umwami Yesu aravuga, ati Ni mwumve ivyo uyo mucamanza agabitanya yavuze.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Umwami Yesu yongerako ati: “Nimwumve ivyo uwo mucamanza agabitanya yavuze.

Gade chapit la Kopi




Luka 18:6
4 Referans Kwoze  

Umwami Yesu amubonye amutera akagongwe, aramubarira, ati Nta co urira.


kugira ngo mube abana ba So wo mw ijuru, kukw atuma izuba ryiwe rirasira ababi n’abeza, kand’ aha imvura abagororotsi n’abagabitanya.


Yohana ahamagara babiri mu bigishwa biwe, abatuma ku Mwami Yesu, ati Muti Mbeg’ uri wa wundi akwiye kuza, canke twitege uwundi?


none se ntimuba mwisobanuye, mukaba abacamanza biyumvira ibibi?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite