Luka 18:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 at’ Ugomba ko ngukorera iki? Iramwishura, iti Ndagomba guhumūka, Mwami wanje. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe41 “Ushaka ko ndagukorera iki?” Na we arishura ati: “Mwami, ndashaka guhumuka.” Gade chapit la |